Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
dTub
Скачать

Ubutumwa Bwiza Pasteur Fred yavugiye mw'Ishengero rya Pentekote ry'i Kiremba ku wa 02/04/2024

Автор: MEIRRA Tv

Загружено: 2024-04-03

Просмотров: 18186

Описание:

Raba ingene Ubushobozi bwa Mpwemu Yera bwururutse ku bahungu n'abakobwa bari mu gikorane c'Urwaruka i Kiremba!!

Mufise ico mubaza canke mushikiriza turondere kuri 📞+257 79 241 679/79 089 149

Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
   / @meirratv  

Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.

Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:

+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)

YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Ubutumwa Bwiza Pasteur Fred yavugiye mw'Ishengero rya Pentekote ry'i Kiremba ku wa 02/04/2024

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео mp4

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио mp3

Похожие видео

”MANA NKURAKO AGAKENGERWE ” By Pasteur Gérard BAKUNDUKIZE

IKIGITONDO Le 01/12/2025#UVIRA INGABO ZUBURUNDI BAYIZENGURUKIJE AMABOMBE IRI NISHYANO MWENGA RWAMBIK

Satani yaranterefonye/intahe ikomeye ya Moses kolola mu butumwa yavugiye I gitega 2003.

PASTEUR MBAHONKUNDWA Gabriel

PASTEUR MBAHONKUNDWA Gabriel

Zimwe mu ndirimbo ziriko ziranga iyimikwa ry Abungere I Kiremba

MPWEMU YERA ARAGUHINDURA UKABA UMUNTU ADASANZWE/Pasteur Fred Mitchell - KIREMBA

INGESO_indirimbo y'Ishengero rya pantecote_butare_Gashoho_Kagari

Umwungere KIDEBUYE yavuze amajambo akomeye nkuwusezera ishengero//igikorane cabereye i nyanza lac

TURASHOBORA GUHINDURWA UKUNDI TUKABA ABANDI TUGAKANDAGIRA IVYAHORA BIDUKANDAGIRA By Pasteur Gérard

UKO BIRI KWOSE  TURAFISE IMANA YAMA IRI KUMWE NATWE By Pasteur BAKUNDUKIZE Gérard

INTAHE IKOMEYE - PASTEUR LAURENT BARIYUNTURA

PASTEUR SAMSON AVUZE IBINTU BIKOMEYE CANE//IDINI IMWE YARAMAZE GUTANGURA GUKORA   BAKRISTO MWITEGURE

UMUTI WATANZWE KW'ISHENGERO RYA PENTECOTE RY'I BURUNDI

Conférence-Débat 2023:Wokwivyukiranya ute?//Comment passer de l'échec à la réussite?Pasteur Oscar

"ELIYA NDIKUNKIKO YARIMWO IBANGA MUTARI MUZI!" By PASTOR MBERWA E. avuga ku bungere batashe

TWAREMEWE IBIKORWA VY'IMANA-Pasteur Oscar NKUNZIMANA|Igikorane c'ubutumwa Bwiza ku MUGARA

ABABAYE ABUNGERE KIREMBA:1er Rév Pasteur Eliachim NIRIKANA na Rév Pasteur Chadrack NDAYISHIMIYE

UmuKristo wese akwiye kumenya iri banga rihishuwe~ Pasteur Oscar | #apocalypse @laviechretiennetv

Twarize😭 PAPA Yamfashe ku ngufu mfite 12💔 nashatse Umupfumu wihindura INZOKA😭 ABAKRISTO Muntabare😭

Atangiye baseka asoje barira/mbega isi AP.Mbayahaga avuze ibintu twese turumirwa burya ntaheza hisi

© 2025 dtub. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]