Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
dTub
Скачать

INTAMBARA Y'INKWANO N'URUKUNDO [LIFE and STORY BOOK]

Автор: MG FILMS

Загружено: 2023-03-16

Просмотров: 95512

Описание:

Iy'isi tubayeko, Ibiti birarushe: Ibiti bifise amagorwa menshi, ariko ntibigira uwo biganyira kuko nta muntu n'umwe yipfuza kuganira navyo ngo yumve amarira bifise.

Ukwo buca ukwo bwira niko amaganya y'ibiti akomeza kwiyengora kuko vyitwa ko bifise abo kubivugira, ariko abobikingiye nibo babibuza amahoro, bakabinigira mu menshi bakabibuza kwisanzura.

Yamara, n'ubwo ibiti bititaweho, vyovyo bikomeza kugaragaza urukundo kuri buri kiremwa muntu wese kuko buri musi bitanga umwuka mwiza ( Oxygène) utuma umwana w'umuntu ahema neza; mu gihe twebwe tubiha umwuka mubi ( Gaz carbonique).

N'ubwo biri ukwo, hari Imana igira neza: ukwo umwana w'umuntu akomeza kugirira nabi ibiti mu kubiha Gaz Carbonique, Imana ica ifata ya gaz duha ibiti, ikayihinyanyura ikayihindura ingaburo nziza ku biti, igatuma ibiti bibaho bitotahaye.

Mu buzima, ukwo ukomeza guturubika ikiremwa muntu niko uba uriko ugihezagira mu buryo utazi.
Ni muri iyo mvo tugusaba gukora iciza ukirenganira kuko ineza ntipfa kandi n'ubwo yopfa ntiyigera ibora.

INTAMBARA Y'INKWANO N'URUKUNDO [LIFE and STORY BOOK]

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео mp4

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио mp3

Похожие видео

GUHUBUKA FULL MOVIE 2023 BURUNDI - RWANDA - TANZANIA - OUGANDA

GUHUBUKA FULL MOVIE 2023 BURUNDI - RWANDA - TANZANIA - OUGANDA

Il surveille sa maison depuis l’étranger… ce qu’il découvre choque tout le monde

Il surveille sa maison depuis l’étranger… ce qu’il découvre choque tout le monde

Current cost 💲 💵 of food stuff in Nigeria this December 2025

Current cost 💲 💵 of food stuff in Nigeria this December 2025

UMWANA WANZWE NIWE UKURA

UMWANA WANZWE NIWE UKURA

MELCHIZEDEK niwe muntu wamayobera muri bibiliya,niwe mayobera yambere atarasobanuka muri bibiliya

MELCHIZEDEK niwe muntu wamayobera muri bibiliya,niwe mayobera yambere atarasobanuka muri bibiliya

SUMU YA PENZI Full Movie

SUMU YA PENZI Full Movie

Ikinamico Yurukundo yakunzwe cyane kuri radio rwanda Ibice2

Ikinamico Yurukundo yakunzwe cyane kuri radio rwanda Ibice2

Мухаммед Али против Ивана Драго! Этот Бой не Забыть...

Мухаммед Али против Ивана Драго! Этот Бой не Забыть...

LIVE L'ALTERNATIVE DE CE DIMANCHE 21 DÉCEMBRE 2025

LIVE L'ALTERNATIVE DE CE DIMANCHE 21 DÉCEMBRE 2025

СТОИТ ПРИГОТОВИТЬСЯ К ХУДШЕМУ ❗

СТОИТ ПРИГОТОВИТЬСЯ К ХУДШЕМУ ❗

UMUGORE W'IGIHEMU 1

UMUGORE W'IGIHEMU 1

IGITI C'UMURUHO FULL MOVIE Part 01

IGITI C'UMURUHO FULL MOVIE Part 01

Почему МАЛЕНЬКИЙ атом создает такой ОГРОМНЫЙ взрыв?

Почему МАЛЕНЬКИЙ атом создает такой ОГРОМНЫЙ взрыв?

AKA KANYA LE 21/12/2025 GEN.NEVA YAKIRIYE ICYEMEZO CYA MUSEVENI MU MURONGO W’IBIGANIRO BY’UMUTEKANO

AKA KANYA LE 21/12/2025 GEN.NEVA YAKIRIYE ICYEMEZO CYA MUSEVENI MU MURONGO W’IBIGANIRO BY’UMUTEKANO

IYUMVIRE IKINAMICO NZIZA CYANE UDAKWIYE GUCIKWA -- AMAHITAMO 1

IYUMVIRE IKINAMICO NZIZA CYANE UDAKWIYE GUCIKWA -- AMAHITAMO 1

IMVA YA MWIHORO FULL MOVIE PART 1

IMVA YA MWIHORO FULL MOVIE PART 1

KARABAYE 🔥NYAMA PRO vyose abitaye hanze🔥 Kumbe ORNELLA MUTONI na CHRIS nuko vyagenze🤭

KARABAYE 🔥NYAMA PRO vyose abitaye hanze🔥 Kumbe ORNELLA MUTONI na CHRIS nuko vyagenze🤭

Первые 24 часа в Раю и Аду | Серия, созданная ИИ: Судный день — С. 4

Первые 24 часа в Раю и Аду | Серия, созданная ИИ: Судный день — С. 4

DADDY WANJE[ Full movie]Starring_ESTIME_GEDEON_CHANCELINE_DELIACIA_BILLY

DADDY WANJE[ Full movie]Starring_ESTIME_GEDEON_CHANCELINE_DELIACIA_BILLY

film INKOVU ZURUKUNDO Sammy Raba inkovu ateje kercy yohoo birababaje ino film irigisha kwihanga

film INKOVU ZURUKUNDO Sammy Raba inkovu ateje kercy yohoo birababaje ino film irigisha kwihanga

© 2025 dtub. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]