“Burundi Bwose Bwuzuye Ubutare – Président Ndayishimiye Arabitangaje!”
Автор: LIGHT KING MEDIA
Загружено: 2025-10-10
Просмотров: 162
Mu majambo yashikirije imbere y’abanyagihugu, Umukuru w’igihugu c’uBurundi Général Évariste Ndayishimiye yavuze ko Burundi bwuzuye ubutare bukwiye gufasha igihugu kwiteza imbere.
Muri iyi video, turabigarukako twihweza ico bisigura, aho ubutare buboneka n’ingaruka nziza zishobora kuvamwo ku bukungu bw’igihugu.
👇 Sukura neza iyi video, uduhe ivyiyumviro vyawe mu ma commentaires!
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: