Nguyu umu jeune yafashe iyambere m'ubworozi bw'inkwavu ziba zimuhinduriye ubuzima
Автор: Cane tv100
Загружено: 2025-06-24
Просмотров: 10273
Ubworozi bw'inkwavu bugeze kurugero rwiza mu Burundi
Ivyo tukavyerekwa nuko urwaruka rwinshi ruriko rurashira mungiro uwo mugambi. Aha twabazaniye umwe muri urwo rwaruka ari kukivi aho twamusanze aho ariko arororera izo nkwavu. @canetv100 #subscribe #share
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: