ICAMWA C'URUKUNDO FULL MOVIE PART 6 | The best love film | Burundian Film
Автор: JOYFUL IMAGE FILMS
Загружено: 2025-11-13
Просмотров: 2691
JOSH, JOYCE, JOSEPHA
ICAMWA C'URUKUNDO ni Film ishingiye kunkuru y'urukundo rudasanzwe hagati y'umusore yitwa Josh n'abigeme babiri Joyce na Josepha. Josh akiri muto abavyeyi bamukwereye umukobwa yarakiri munda kwa nyina ariwe Joyce, ariko Josh amaze gukura ahura n'uwundi mukobwa muburyo budasanzwe ariwe Josepha akamukunda cane. Ibanga ridasanzwe riri hagati y'abavyeyi ba Josh n'aba Joyce niryo ryatumye bapangirwa kuzobana nibakura. Tubipfurije kuryoherwa n'iyi Film nziza cane twabateguriye.
Nimba wipfuza kuraba izindi Film zacu, fyonda hano hepfo:
• FULL MOVIES
• ICAMWA C'URUKUNDO SERIES SAISON 1
• Film LOVE IN 3 DAYS / URUKUNDO MUMISI 3
• IMBARAGA Z'UMUTIMA
Aha kuri chaine ya JOYFUL IMAGE FILMS ni ikibanza ciza twabateguriye kugira ngo tuze turabacishirizaho ama Film meza cane tubategurira. Ntakindi gicako atari ama film abahereza ivyishimo, Film zikozwe mubuhinga buhanitse ziryoshe cane. Film zacu zibamwo inyigisho z'urukundo, iz'abubatse n'izindi.
Mukutwereka ko mudushigikiye, mukunda ibikorwa vyacu, mudufashe mumugongo kandi murikumwe natwe 5/5, tubasabe mukore SUBSCRIBE kuri iyi chaine yanyu, twubake umuryango umwe munini.
Tubategurira Film z'urukundo, Filim dramatique (drama) comedie n'izindi nka Film d'action, Film d'horreur, thriller.
Film ndundi - Film nyarwanda - International movies (Kirundi / Kinyarwanda - English) Burundian movie / Rwandan movie | Full movie - Short Film / Court Metrage - Love Film / Love stories
Icamwa c'Urukundo , Joyful Image Films, Burundi Films, Nitanga Noe
African Films Heart, Joyful Lens Studios
#film #love #couple #movie #lovestory #romance #drama
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: