Vania Ice ati : " yu mwaka wa 2023, wangendeye neza mu bikorwa vyanje ".
Автор: AKEZA TV
Загружено: 2023-12-29
Просмотров: 1022
🔴Umurimvyikazi Vania Ice agira ati : « Uyu mwaka wa 2023, wangendeye neza mu bikorwa vyanje. Ndipfuza ko noshika kure, nkaba umuririmvyi mpuzamakungu. Ariko Ubwambere nipfuza ko ibikorwa vyanje bibanza gukundwa hano, mukabishima, hanyuma nkabona gusohoka. Ndanatumiye abafana banje , kw’itariki 31, bazoze nzobaha show na show ».
#lesbeautesdecheznous #akezanet #music #Burundi
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: