🤑 Bano bajene baratera intege ko
Автор: Nuku Burundi
Загружено: 2024-03-18
Просмотров: 169
👏🏾 Jean Marie, Salvator na Audace, bahurikiye mu ma koperative amaze gufashwa na PAEEJ
🤩 Imwe ihingura inyama y'isoya, iyindi iryosha ibirori mu kugira "karaoké", iyindi yashinze inzu y'uburiro
👂🏽Umviriza ico bamaze kwiga mu rugendo rwo kurondera #Fbu
#NUKU #Burundi #NaweUrashoboyeKubikora
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: