Автор: RADIO TV BUNTU
Загружено: 2025-12-02
Просмотров: 62
Gaby BUGAGA, Umushikiranganji w’ukumenyesha amakuru n’ibinyamakuru, amenyeshako bariko bakorana ibiganiro na Facebook hamwe na Youtube mu ntumbero y'uko imbuga ngurukanabumenyi zotangura kwinjiriza amahera #abarundi basanzwe bazikoresha.
Ivyo rero yabishikirije mu nama #Umukuru w'igihugu, Evariste NDAYISHIMIYE, yagiranye n'abarongoye ibimenyeshamakuru mu Burundi n'abakorera cane ku mbuga hwaniro (influenceurs) kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 1 Kigarama 2025.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: