MABOKO 1000 AFRICAN FULL MOVIE BURUNDI - RWANDA - UGANDA - TANZANIE - KENYA
Автор: Woman tv
Загружено: 2022-03-18
Просмотров: 17295
Umukenyezi arafise akazina keza k'ubuhizi bamutazira nako ni
MABOKO 1 000
Cinema yacu nuko twayise kugira tumushigikire mubikorwa vyiwe vya misi yose akora kandi akabikorera rimwe ari vyinshi
Umukenyezi niyubahwe
Bakunzi bacu twashaka tubasabe mufyonde kuri s'abonner nimba mutarabikora no kuri j'aime hama mutubwire commentaires zanyu kuriyi film maboko 10000,
mutibagiye kuyisangiza n'abagenzi incuti mu ma groupe what up no kuri facebook gutyo muzoba muriko murashigikira igikorwa cacu.
info:+257 79289303 whats App
mubandanye mwirabira cinema
n'ibindi bikorwa bica kuri wise woman tv
murakoze cane mwarahezagiwe.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: