Impanuro za Musenyeri wa Diyoseze Katorika ya Bururi ku ndongozi no ku rwaruka
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2022-01-31
Просмотров: 7072
Musenyeri wa Diyoseze Katorika ya Bururi aributsa abantu batorwa kurongora kuzirikana ko bitava ku nguvu n'ubushobozi bwabo ariko nyabuna ko biva ku Mana, bagahamagarirwa gukurikiza inzira yayo.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: