Umukuru w'Igihugu yarahaye umubonano Abagwizatunga n'Abanyamitahe muri Reta zunze ubumwe za America
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2025-12-06
Просмотров: 1102
Inyuma y'ibirori vyo gushira umukono ku masezerano y'amahoro hagati y'igihugu ca #RDC n'igihugu c'u #Rwanda, Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yarahaye umubonano icegera c'Umunyamabanga wa Reta zunze ubumwe bw'Amerika hamwe n'abanyamitahe bo mu bisata bitandukanye mu ntumbero yo gukomeza ubucuti, urudandazwa n'iterambere ku bihugu vyose. #Burundi #NtareHouse #USA #AnzanaElectricGroup #WezaPower ##CompactEnergy/#M300
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: