Lesotho Irasaba Perezida Trump Kuyisura Nyuma yo Kuvuga ko ari Igihugu Kitazwi
Автор: Radiyoyacu VOA
Загружено: 2025-03-06
Просмотров: 1149
Ministiri w’ububanyi n’amahanga wa Lesotho Lejone Mpotjoane yatumiye Perezida Donald Trump gusura igihugu cye nyuma y’uko kuri uyu wa kabiri ubwo Trump yagezaga ijambo ku mitwe yombi ya Kongre yavuze ko Lesotho itazwi.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: