Umu jeune yahinduriwe ubuzima no kurima mu ci ...
Автор: Cane tv100
Загружено: 2025-07-24
Просмотров: 447
Abarimyi benshi bazi ko ivyo kurima ari ivyo mugihe c'imvura gusa ( agatasi n'impeshi) , ariko hari n'abandi bazi ko mu ci haba hageze kurima mu myonga atari i rusi. Uyu we yamenye ubuhinga bwo kurima itongo ryiwe gatatu mu mwaka, n'ukuvuga agatasi, impeshi n'ici. Twamuzanye ngo ababwire vyinshi vyerekeye ubwo buhinga akoresha ngo bishobotse mumwigireko. #Canetv100 #subscribe #share
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: