"Imana yari yarambwiye ko ntazoja muri chaise roulante,Navuye muri Koma mu buryo butangaje!''
Автор: Heritage TV Burundi
Загружено: 2025-04-30
Просмотров: 436
Mu ntahe iryoshe cane, Jacqueline NSHIMIRIMANA agaruka ku bitangaza Imana yamukoreye mu gushitsa amasezerano yayo ku buzima bwiwe: Guhura n'isanganya incuro zibiri ariko Imana ikamuzigama, kuronka umwana agira indwi, kuva mu buzima bwo gupanga, ingene Imana yamugiriye neza mu gihe yari kwivuza mu gihugu c'ubuhindi n'ibindi biri mu nkuru ivuga ku bwizigirwa bw'Imana mu buzima bwiwe
#Subscribe #Contact0025776369000
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: