How to Go Shopping in Kirundi (Part 1)
Автор: Learn Kirundi
Загружено: 2021-06-25
Просмотров: 2280
This video talks about expressions used when shopping in Kirundi. Here are they:
1. How much is this ?
iki kigurwa angahe?
2. That's too expensive.
Kirazimvye cane
3. I'll take one.
Ndatwara kimwe.
4. I'll take it.
Ndagitwara/ndayitwara.
5. I'll take this.
Iki ndagitwara/iyi ndayitwara.
6. I like this.
Iki ndagikunze/Iyi ndayikunze.
7. I don't like that.
-Ico sindagikunze/Iyo sindayikunze.
8. Can I pay by credit-card?
-Noriha nkoreshaje ikarata?
9. Can I exchange this?
-Iyi noyikaba/mwoyinkabira.
10. That's all, thanks.
Ni ivyo, murakoze.
11. Could I try this on?
Noyipima iyi?
12. Do you have other colours?
-Hari ayandi mabara mufise?
13. Do you have t-shirts?
Murafise udupira?
14. Do you sell hats?
Muradandaza inkofero.
15. I'm looking for a shirt.
-Ndiko ndondera ishati.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: