Agashimwe karategekanijwe ku muntu azotora izina ryokwitwa Stade y'i Bubanza iriko irubakwa
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2019-10-26
Просмотров: 1445
#Burundi_Football : Agashimwe karategekanijwe ku muntu azotora izina ryokwitwa #Stade y'i #Bubanza iriko irubakwa. Umukuru w'inama nshingamateka y'Uburundi Pascal Nyabenda yabishikirije kuri uwu wa gatandatu, akaba yasavye abavukantara guterera mu bikorwa vy'ukwubaka ico kibuga c'umupira w'amaguru.
Ku bwawe ico kibuga cokwitwa gute ?
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: