Mutima: Umushitsi w'umuvumvyi
Автор: AKEZA TV
Загружено: 2026-01-09
Просмотров: 16886
Kenshi hariho Abashitsi bama bigenza nabi, iyo batembereye ahantu. Ugasanga iyo bashitse mu rugo rw’umuntu, baciye bifata nk’uko bari iwabo, bakagira ivyo bishakiye. Niyo babahaye karibu muvyo gufungura, bagashaka kwifata nk’abasangwa.
Iyi reresi rero ya Mutima, yerekana umuntu bahaye karibu ku mfungurwa, aca yongeramwo ipiripiri ryinshi, kuko arikunda cane, ariko yibagira ko abo basangiye kandi bamuhaye karibu, batarikunda, birangira yononye rasiyo y’abandi.
Vyamuviriyemwo gukubitwa, kwirukanwa, gutosekaza ubugenzi bari bafitaniye, n’umwumvikano wari hagati yabo. kaze mubikurikirane
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: