HARARENZE BY BIZOS & AUBIN OFFICIAL VIDEO FULL H D
Автор: Bizos Kiyagist Rapper
Загружено: 2019-12-21
Просмотров: 46127
Indirimbo Hararenze,n indirimbo yanditswe n umuririmvyi Bizos kiyagist Rapper;iririmbwa na BIZOS hamwe na Aubin Lux ivuga ku nkuru y umuhungu n umukobwa, umuhungu yigeze kuresha umwigeme amusaba ko bokundana ,ariko umukobwa ntishahoka atanga inyishu ngo amwemerere uwo muhungu amurindiriza igihe kinini inyishu gushika yaho umuhungu ahitamwo kurondera uwundi mwigeme bakora mariage hama wawundi yigera kureshwa ateba gutanga inyishu nawe aza gutanga inyishu yemera ko bokundana ariko kubera wa muhungu yaramaze kuba umugabo ntivyashoboka ko bakundana kuko yarafise umugore yaratanze inyishu '' Hararenze"".
MURAKOZE .
KIYAGO STYLE MUSIC TURABAKUNDA CANE TUZOBANDANYA KUBARONSA UTURIRIMBO TW UDUKURU DUTANDUKANYE NKUTWO.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: