#OBUHA
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2020-10-17
Просмотров: 8998
#OBUHA yahawe ikiringo ntarengwa c'uguheza kwubaka ikigo co kuvura #Coronavirus i #Bubanza. Kurikira Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye, akaba yabishikirije kuri uwu wa gatanu mu bikorwa vy'ugutanguza icese iyubakwa ry'ikigo kijejwe kwakira, gupima n'ukuvura abanduye umugera wa #Coronavirus. Ico kigo ca mbere cubatswe muri komine #Gihanga intara ya #Bubanza.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: