Patiri Lin Ndayiragije aratubwira ibikorwa biranga abagenzwa na Mutima Mweranda
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2021-05-24
Просмотров: 509
Mu nkuka y'imisa yabereye kuri Paroisse yitiriwe Kristu Mwami ari ku murwa mukuru w'intara ya #Kayanza kuri uwu w'Imana wa Pentekoti, Lin Ndayiragije Patiri mukuru wa Paroisse Christ-Roi yagarutse ku bikorwa vy'abagenzwa na Mutima Mweranda, asaba abakristu kuzirikana ku ngabirano za Mutima Mweranda, kuko arizo zifasha abantu kuba abana b'Imana.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: