Umwenegihugu yashikirije ikibazo umukuru w’igihugu, avuga k’ubusuma buriko buba i Buringa ku matongo
Автор: JUMUIYA 📺
Загружено: 2025-12-26
Просмотров: 7353
Umwenegihugu wi #Buringa yashikirije ikibazo umukuru w’igihugu ko hariho umuntu ariko aratera umutekano muke muriyo zone arondera abanyokuru n’abatama bakuze bagende bavuge ko amatongo arayabo bahunze kugirango bikunde bayanyage abenegihugu. Akavugako uwo ariko arakoresha abo bantu akorana n’uwukora mu butungane muriyo zone. Umukuru w’igihugu yasavyeko cirwa neza n’Umushikiranganji w’ubutungane arikumwe n’Umushikiranganji w’intwaro yo hagati bosuzuma abo bantu jaza bavugako bahunze arivyo vyukuri
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: