MTC - Umuvyeyi (Official Music Video)
Автор: MTC - More Than Conquerors
Загружено: 2024-11-29
Просмотров: 431125
Umuvyeyi by MTC
Follow us on
IG= https://www.instagram.com/mtc_moretha...
Tiktok= https://vm.tiktok.com/ZMhWegDvU/
Fcbk= https://www.facebook.com/anointedforh...
Dir by Bani Toldo
Prod by Aguila, One way
Gaffers: Tyga, Blaise Bdi
Electric Guitar:Robinson Solo
Keyboard: Chrétien
Backing Vocalists: Chercy Irakoze, Gretta Nduwamahoro
Stylist: Stay Mars
Dancers:Ado-B, Celèste, Stony and Royal kids.
Make up:@meek_maison_de_beaute_@grethamutonii
Special Thanks: CLG, Fmlle Ntunga Guy-Noël, Mme Pamella.
Lyrics
Rfr/
Mfise umuvyeyi anyitwararika
Ntaruha ntasinzira yama angirira neza
Umuvyeyi anyitwararika
Ntaruha ntasinzira yama angirira neza aaa
He doesn't get tired tired oooh (×2)
Ntabwo Aruha ukugiraneza Yamizako)
1.Naramwizeye ncika umwana murugo
Ninjizwa iwiwe mb'umwe muwiwe muryango
Ubu Imana ni Papa
Nkaba umwana
Iyo nsenze Arumva Yishura ibirenze ivyo nsaba niyumvira n'umuvyeyi mwiza
Je suis le brébis égaré ,retrouvé qui t'as causé plus de joie
Tired tired est l’état que tu ne connait pas
Celui qui sonde mes cris
Ma voix dans mes larmes
T'es ma route dans les Airs
Et l'eau dans le désert
Kubitugu vyawe niho nduhukira
Mubwatsi butotahaye ukahandongorera
Et l'inconditionnel ,ton language d'amour
Mfise umuvyeyi anyitwararika
Ntaruha ntasinzira yama angirira neza
Umuvyeyi anyitwararika
Ntaruha ntasinzira yama angirira neza aaa
He doesn't get tired tired oooh (×2)
Ntabwo Aruha ukugiraneza Yamizako)
Yambereye Imana nya Mana (Ego)
Ntaco nomuburana (Ego)
Ntabwo Aruha ukugira neza yamizako
Yambereye intsinzi mu ntambara (ego)
Umuco mumwiza (ego)
Ntabwo Aruha ukugira neza yamizako
2.
Lord ur'umuvyeyi mwiza
Wawundi wisaba ifi hama ntaguhe inzoka (ego)
Niwewe ur' Imana Nzima
Yayindi imbere yayo vyose bishoboka
Eka je burya ntakinyita umushumba Anyita umwana wayo kandi nyene Akunda (cane cane)
Ntanikindi conkanga atari kuba imbere ndabikunda
Naramwizeye
ncika umwana murugo
Ninjizwa iwiwe mb'umwe
Muwiwe muryango.
Yambereye Imana nya Mana (Ego)
Ntaco nomuburana (Ego)
Ntabwo Aruha ukugira neza yamizako
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: