Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
dTub
Скачать

UBUHANUZI / UBUVUGISHWA 20 bwa BEBA Gidiyoni k'UBURUNDI

Автор: IHANGA RYERA RY'IMANA

Загружено: 2024-03-28

Просмотров: 59160

Описание:

Umuvugishwa BEBA Gidiyoni yari Umurundi avuka mu ntara ya Makamba, akaba yari yarahungiye mu gihugu ca Tanzaniya kubera intambara yabaye mu gihugu c’Uburundi mu mwaka wa 1972. Yasengera mw’Ishengero rya Pantecote i GATUMBA muri Tanzaniya, mugabo akagenda arashikiriza ubuvugishwa Uhoraho Imana yahora imubwira cane cane aburire Ihanga ry’Abarundi.

Umuvugishwa BEBA Gidiyoni ivyo yavugishijweko vyose vyagiye biraba mu gihugu cacu c’Uburundi, uko yagiye arabitondeka kimwe ku kindi gushika ubu. Ivyo vyatumye n’uyu munsi abantu bose babona yuko yari umuvugishwa w’ukuri w’umurundi wenyene amaze kubaho. Uyu muvugishwa n’Imana yaratashe mu Burundi kandi abandi bakozi b’Imana ntibamwakiriye nk’umukozi w’Imana kuko bari bumvise imburi atanga. Ari mu gihu c’Uburundi ku gatumba iwabo mu ntara ya Makamba, yahavuye afatwa n’ingwara bamutwara ku bitaro bikuru i Makamba, biranka bamufatana urugendo ngo bamutware kumuvuriza mu bitaro bikuru i Bujumbura. Bageze mu nzira, Imana imubarira iti babgire bagusubize inyuma kuko utazokira utegerezwa gutaha kuko igihe cawe kirageze.

Muri iyi video, tubashikiriza ubuhanuzi / ubuvugishwa 20 bwa BEBA Gidiyoni bwo mu mwaka 1992.

Mwipfuza kutwandikira, mwoturungikira ubutumwa bwanyu kuri iyi email:

Email: ihangaryeraryimana@gmail.com

IHANGA RYERA RY'IMANA

UBUHANUZI / UBUVUGISHWA 20 bwa BEBA Gidiyoni k'UBURUNDI

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео mp4

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио mp3

Похожие видео

Umukuru w'igihugu ashikirije amajambo mazima, inyuma yo kwizerwa kwa #Reveriyano Ndikuriyo

Umukuru w'igihugu ashikirije amajambo mazima, inyuma yo kwizerwa kwa #Reveriyano Ndikuriyo

#Reveriano Ndikuriyo niwe yasubiye kwizerwa ngo asubire kurongora umugambwe Cndd-Fdd

#Reveriano Ndikuriyo niwe yasubiye kwizerwa ngo asubire kurongora umugambwe Cndd-Fdd

IJAMBO SG REVERIEN NDIKURIYO ASHIKIRIJE INYUMA YUKO ATOWE NGO ASUBIRE KURONGORA #CNDD

IJAMBO SG REVERIEN NDIKURIYO ASHIKIRIJE INYUMA YUKO ATOWE NGO ASUBIRE KURONGORA #CNDD

⚠️Birihutirwa⚠️! Ubuhanuzi bukomeye ku Burundi n' Abarundi bose!

⚠️Birihutirwa⚠️! Ubuhanuzi bukomeye ku Burundi n' Abarundi bose! "IMANA IJE GUKOROPA" -Pastor Fanny

Akarere Ntikifashe Neza Ku kirimba kwa Ntare | Neva aboneka nk'uwijiriwe!

Akarere Ntikifashe Neza Ku kirimba kwa Ntare | Neva aboneka nk'uwijiriwe!

Ubutumwa n’impanuro vya PARCEM k’umugambwe uri k’ubutegetsi

Ubutumwa n’impanuro vya PARCEM k’umugambwe uri k’ubutegetsi

Abel BUHUNGU:  Mu Burundi hateguwe intambara/Pastor ibyavuze biteyubwoba byumve witonze

Abel BUHUNGU: Mu Burundi hateguwe intambara/Pastor ibyavuze biteyubwoba byumve witonze

Ubuhanuzi kuri RWASA na EVARISTE || Umuhanuzi Nicolas BIGIRIMANA 11/01/2026

Ubuhanuzi kuri RWASA na EVARISTE || Umuhanuzi Nicolas BIGIRIMANA 11/01/2026

🚨🇧🇮🔴ISOKO RYA SIYONI RYAFASHWE N'UMURIIRO! 🔥😭 KUKI BIKUNZE KUBA KU WA MUNGU?

🚨🇧🇮🔴ISOKO RYA SIYONI RYAFASHWE N'UMURIIRO! 🔥😭 KUKI BIKUNZE KUBA KU WA MUNGU?

INKOTA IRAMANUTSE : Imburi, Ibihe bigira BIKURANWE IMBERE YANYU - Désiré HEZUMURYNAGO

INKOTA IRAMANUTSE : Imburi, Ibihe bigira BIKURANWE IMBERE YANYU - Désiré HEZUMURYNAGO

KARABAYE: AMARASO agiye kumeneka ari menshi i BURUNDI! Perezida Evariste../Agathon RWASA|| UBUHANUZI

KARABAYE: AMARASO agiye kumeneka ari menshi i BURUNDI! Perezida Evariste../Agathon RWASA|| UBUHANUZI

IBYAGO 5 BIZASOHORA 2026 MUBURUNDI 💔 NIBITABA IMANA IBIMPORE BITEYUBWOBA😭

IBYAGO 5 BIZASOHORA 2026 MUBURUNDI 💔 NIBITABA IMANA IBIMPORE BITEYUBWOBA😭

Imburi Ibura ibizoba muburundi uhereye kuri prezida Nkurunziza part 1

Imburi Ibura ibizoba muburundi uhereye kuri prezida Nkurunziza part 1

Amasezerano Uhoraho yahaye Ihanga ry'Abarundi

Amasezerano Uhoraho yahaye Ihanga ry'Abarundi

UMUKOMANDO SENKERI AZANYE ANDI MAKURU -IBY’INZOKA NINI YABAGA KWA PEREZIDA NUKO GEN CASTAR YAJE DAR

UMUKOMANDO SENKERI AZANYE ANDI MAKURU -IBY’INZOKA NINI YABAGA KWA PEREZIDA NUKO GEN CASTAR YAJE DAR

Ubuhanuzi bwa BEBA

Ubuhanuzi bwa BEBA

IBINTU 9 VYATUMYE IMANA IGIRA ITANGE INGOMA Y'UBURUNDI - Esther UMUTOZA

IBINTU 9 VYATUMYE IMANA IGIRA ITANGE INGOMA Y'UBURUNDI - Esther UMUTOZA

UBUHANUZI BUKOMEYE💔KA KANA K'IMYAKA 7 GATUMWE N'IMANA|UNDI UKOMEYE UGIYE GUPFA💔IBIGIYE KUBA 2026..😭

UBUHANUZI BUKOMEYE💔KA KANA K'IMYAKA 7 GATUMWE N'IMANA|UNDI UKOMEYE UGIYE GUPFA💔IBIGIYE KUBA 2026..😭

Ubuhanuzi : Nicola avuze ivyo yari yaratinye kubwira abategetsi bu Burundi 01/01/2026

Ubuhanuzi : Nicola avuze ivyo yari yaratinye kubwira abategetsi bu Burundi 01/01/2026

UMUBIKIRA AHANUYE UBUHANUZI BW' IBIGIYE KUBA KU ISI YOSE🚨INDANGAMUNTU🔴IDINI RIMWE🔴IFARANGA RIMWE

UMUBIKIRA AHANUYE UBUHANUZI BW' IBIGIYE KUBA KU ISI YOSE🚨INDANGAMUNTU🔴IDINI RIMWE🔴IFARANGA RIMWE

© 2025 dtub. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: infodtube@gmail.com