Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
dTub
Скачать

Kingorongoro - Hari Kera (Feat. Vichou Love) [Official Video]

Автор: Kingorongoro

Загружено: 2019-10-07

Просмотров: 70949

Описание:

Hari Kera ni indirimbo yateguwe, yandikwa yongera iririmbwa n'umuririmvyi ava muri Africa y'Ubuseruko neza na neza mu Burundi yitwa KINGORONGORO afatikanije na VICHOU LOVE.

Iyi ndirimbo itwibutsa igihe c'ubukoloni bw'Uburundi aho abazungu bacura bupfuni na buhoro abarundi ngo bazen amagi n'amasoro ikimoko (CHICOTE) kiri mumugongo.
Ikatwibutsa kahise tukiri abana imikino ndetse n'utugorane twahura natwo tukiri bato.

ARTIST: KINGORONGORO FEAT. VICHOU LOVE
PRODUCER: AMIR PRO
DIRECTOR: BRIAN SMITH

HARI KERA (OFFICIAL LYRICS)
...........................................................

Intro: Harikera, Harikera.......
Harikera, Harikera.......

Vers: Harikera, Ubu Twarahinduye Systeme Na Strategie Muhira Ducana Amatara Ntitugicana Bougie.

Harikera, Aho Ata Makara Twacana Ibitiritiri Kwishure Nkatonda Niyiziye Kundidiri Hagez Akaruhuko Nkarya Ubugari Bukaranze Aho Ntibagiy e KO Naraye Kuburiri Bushinze...

Harikera, Tukija Gkina Akamari Musi Y'Igiti C'Umwembe Kwa Magwangwariii Ummm Burya Sinkiri Yama Inyuma Y'Inzu Akama Yotsa Ibundiii
Shaaa Harikera Narindiiii.....

Coras:_ Tukiritera Tukarisamaa Kandi Agaciwe Karumaa Hari Kera, Hari Kera,
Aho Kera Narindiii ×2

Vers 2:_ Hatanguye Imeya Hakurikira Rupiya Ufise Ikingorongoro Kimwe Ukagura Ingamiya,

Ababirigi ngo Zana Amagi Zana Amasoro Tuje Murubanza Rwa Masaka Twita Umuganuro,

Rumaliza Nawee Ngo Maliza Bote Abarundi Tugakubitwa Chicote
Ummm Ariko Ubu Twarikukiye Intwaro Zabakoroni Zo Twarazisezereye...
Akahise Kabi Kaduha Akazoza Keza Sogokuuu Nzogukeza Kuko Wandaze Hezaa
Igisaka C'Imbwa Carahiye Naho Ivyari Imagera Vyo Vyarageruye

Coras:_ Tukiritera Tukarisama Kandi Agaciwe Karumaa Hari Kera, Hari Kera
Aho Kera Narindii ×2

Vers 3:_ Aho Hambere Mwumva Igisirimu Kitaraza Umuriro Wava Kwibuye
Aho Hamberee Ibirato Bitaraza Twagenda N'Ibirenge
Jew Ndibuka Tukirara Munzu Yakatsi Twibuka Kuzimya Ikoroboyii Inzu Ntisheee
Inzu Ntisheee
Jewe Ndibukaaa Tukirara Munzu Ya Nyakatsi Tuzimya Ikoroboyiii Ngo Inzu Ntisheee Mamaweeeeee.....

Coras:_ Tukiritera Tukarisamaa Kandi Agaciwe Karumaa
Harikera Harikera Aho Kera Narindii

Outroduction: Aho Hambere Twararyimara
Harikera, Harikera
Bagiye Hehe KO Atanagakuruu???
Harikera, Hari Kera

#kingorongoro #vichoulove #harikera

(c) Copyright By Kingorongoro Foundation & Lion Dynasty (2019)

Kingorongoro - Hari Kera (Feat.  Vichou Love)  [Official Video]

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео mp4

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио mp3

Похожие видео

Kingorongoro, T Max - Jembe Langu ( Official Video )

Kingorongoro, T Max - Jembe Langu ( Official Video )

Vichou Peace& Love - History (Official Video)

Vichou Peace& Love - History (Official Video)

VICHOU LOVE ntaco asigarije KIDUM//Yanyagirije ko nshaka kumwica//Aho AMATATI yavuye//Amanyanga yiwe

VICHOU LOVE ntaco asigarije KIDUM//Yanyagirije ko nshaka kumwica//Aho AMATATI yavuye//Amanyanga yiwe

Big Fizzo   What's My Name (OFFICIAL VIDEO)

Big Fizzo What's My Name (OFFICIAL VIDEO)

Alvin Smith - Hahiye Remix ft Double Jay ,kirikou , Bface , Mow Kanzie , Belle Nice( official video)

Alvin Smith - Hahiye Remix ft Double Jay ,kirikou , Bface , Mow Kanzie , Belle Nice( official video)

Vichou Love - Live Performance at VAN BEACH

Vichou Love - Live Performance at VAN BEACH

VunJa GoTi - Magic Soldier Kingorongoro x Kolly The Magic [Official video]

VunJa GoTi - Magic Soldier Kingorongoro x Kolly The Magic [Official video]

NICOLAS CHRIS  feat BIG FIZZO - YOU MINE  (official video)

NICOLAS CHRIS feat BIG FIZZO - YOU MINE (official video)

Kingorongoro - Imvukira Ft. Muhimpundu Erica‪ (Visualizer)

Kingorongoro - Imvukira Ft. Muhimpundu Erica‪ (Visualizer)

LinoG - Legend (Remix) ft B-Face , Drama-T, El Pro & Dj philbyte (official music video)

LinoG - Legend (Remix) ft B-Face , Drama-T, El Pro & Dj philbyte (official music video)

B FACE - UMUFANA RMX II ft. Big Fizzo, Lolilo, D Rop, Gladys, Jiz B, Pim, Big Zoe, Doctor J, ....

B FACE - UMUFANA RMX II ft. Big Fizzo, Lolilo, D Rop, Gladys, Jiz B, Pim, Big Zoe, Doctor J, ....

T Max Ft Vichou Love _Mze wa Michano(Official Music Video)

T Max Ft Vichou Love _Mze wa Michano(Official Music Video)

Big Fizzo - Leave me Alone (OFFICIAL VIDEO)

Big Fizzo - Leave me Alone (OFFICIAL VIDEO)

Vichou ft Lady jaydee - KUGATUMBA (Officiel video)

Vichou ft Lady jaydee - KUGATUMBA (Officiel video)

Yarantumye New by Africanova

Yarantumye New by Africanova

Double Jay - NOPFA X Kirikou Akili (Official Music Video)

Double Jay - NOPFA X Kirikou Akili (Official Music Video)

Kuri kakagezi by Rally Joe.mpg

Kuri kakagezi by Rally Joe.mpg

Kingorongoro - Nje Nje - ft Mutima Le Comédien (Official Video)

Kingorongoro - Nje Nje - ft Mutima Le Comédien (Official Video)

Sat B - Nyampinga (Official Music Video)

Sat B - Nyampinga (Official Music Video)

Big Fizzo - F (Fyee)

Big Fizzo - F (Fyee)

© 2025 dtub. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]