PARTY 2 THEME: GUHINDURIRWA IBIHE N’IMANA — Igihe Cawe Kirahindutse! 🙏
Автор: Pastor Nitezuwera Justin
Загружено: 2026-01-09
Просмотров: 285
🌟 GUHINDURIRWA IBIHE N’IMANA
Hari ibihe umuntu amara mu bigeragezo, mu kurindira, no mu kutamenya ico ejo rizoba. Ariko igihe Imana ikora, irahindura ibihe, igakuraho umubabaro igashira umunezero, igakuraho amarira igashira intsinzi.
Muri iyi nyigisho uzokwiga:
✔️ Uko Imana ihindura ibihe vy’abantu
✔️ Impamvu hari igihe dutegerezwa kurindira
✔️ Uko twokwakira igikorwa c’Imana mu gihe caco
✔️ Inyigisho zikomeza ukwizera n’icizere
👉 Niba wumva igihe cawe caraguhagaze, iyi video ni iyawe. Imana irashobora kuguhindurira ibihe mu kanya gato.
🙏 Andika mu comments ico wipfuza ko tugusengera
👍 SUBSCRIBE — LIKE — COMMENT — SHARE
Mwese muhezagirwe 🙏❤️
#GuhindurirwaIbihe
#ImanaIrakora
#Kwizera
#Amasengesho
#UkuriKwImana
#IgiheCImana
#Faith
#ChristianTeaching
#Inyigisho
#Hope
@poweroftheword2505
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: