ABAGORE ntaco basigarije ABAPASTORI//Gusambana na PASTORI bituma//Ivyatubayeko vyatumye natwe...
Автор: Rajii Media TV
Загружено: 2025-11-13
Просмотров: 418
Rajii Media TV yaganiriye n’abagore babiri basangije intahe ibabaje y’ivyo baboneye mu rusengero. Bavuga ukuntu abapasitori bamwe basambanya abakiristu . Ubu buhamya burerekana ukuri kubabaje ku bikorwa bibi bikorerwa mu rusengero, aho ivyaha bihishwa inyuma y’amazina y’ubuhanuzi n’amasengesho. Raba iyi video wumve ukuri kwabo.
#RajiiMediaTV #IntaheYUkuri #Abakobwa #Rusengero #Abapasitori #Ubusambanyi #Ukuri #Ubuhamya #Imana #VyabayeHo #GuhishuraUkuri
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: