Mashariki TV yagendeye Wilson NIYONZIMA, umworozi w'inkoko wo muri komine Rutegama intara Muramvya.
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2022-05-24
Просмотров: 3410
Uyu munsi Mashariki TV yagendeye Wilson NIYONZIMA, umworozi w'inkoko wo muri komine Rutegama intara ya Muramvya. Uyu mu jeune amaze kumara amsahure ya kaminuza yarakoze akazi ka reta n'akabikorera ivyabo, ariko ahava arabihagarika aja gutanguza umugambi wiwe wo kworora inkoko. Uyu munsi inyuma yo kuronswa ingurane n'ibanki y'urwaruka BIJE, umugambi wiwe uriko uratera imbere. Mbega rwaruka mubona hari ico mwomwigirako?
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: