Igihugu c'Uburundi nticotera imbere mu gihe indongozi zitarahura uko ibikorwa bitunganijwe neza
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2026-01-14
Просмотров: 623
Umushikiranganji wa mbere, Nestor Ntahontuye, amenyesha ko Igihugu kitoshobora kuronka umusaruro mu gihe indongozi zitaratahura neza uko ibikorwa bitunganijwe, indongozi nazo, zikamenya ico zahamagariwe.
Yabishikirije kuri uyu wa 14 Nzero umwaka w' 2026, mu gisagara ca Bujumbura, mu gihe yari aramutse agirana inama n'abarongoye Intara, ama komine hamwe n'abarongoye ibisata bitandukanye muri komine, mu ntumbero yo kubasigurira ibijanye n'intunganyo nshasha. #Burundi
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: