Скачать
Ni ukuvuga ukuri ata kurya umunwa ku bwicanyi bwakorewe Abahutu n’Abatutsi bose
Автор: Tele Renaissance
Загружено: 3 мая 2023 г.
Просмотров: 1 014 просмотров
Описание:
Ukuri kurakiza kugasubiza hamwe abantu. Ako ni akagohe k’umwepiskopi mukuru wa Bururi, Salvator Niciteretse. Yabivugiye mu nkuka y’imisa yo kwibuka abamaratiri b’i Buta ku munsi wa gatandatu, inyuma y’imyaka 26 abanyeshure 40 bagandaguwe banse kwivangura mu moko. Agahamagarira leta kutabesha ku vyahitiye, na cane cane ku vyabaye mu 1972 aho avuga ko yavyiboneye kandi yanarokotse. Akavuga ko atari aba Mayi Mulele bishe Abatutsi, anatera ivyatsi ubwicanyi bwakurikiye bwahitanye Abahutu isinzi.

Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: