Haherutse gutorwa ubutare bushasha bwa Titan hano mu Burundi mu Cibitoke no mu Rumonge.
Автор: TV RTNB
Загружено: 2025-03-11
Просмотров: 1383
Umukuru w igihugu yashimiye ishirahamwe FANALEK ryabutoye, aca asaba abarundi bose kubimenyesha babonye ubutare bushasha kugira ngo igihugu kihatorere akoyokwe.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: