INTAHE Y'UBUZIMA BWOSE BWA PROPHET OF JESUS JOSHUA l AKIRI SUGU J l AMAZE KWAKIRA UMWAMI YESU
Автор: Joshua Joshua Prophet of Jesus
Загружено: 2020-09-10
Просмотров: 31127
Ushobora kuba warabonye ibice 3 vy'intahe Ya Prophet of Jesus Joshua Joshua , ariko uwu musi twahisemwo kuyegeranya yose iri hamwe ngo muyikurikirane mworohewe , ushobora kandi kuba warayiravye ariko gusubira kuyiraba kandi Mpwemu Yera ashobora kwongera kuguhishurira ikindi kintu gishasha kigatabara ubuzima bwawe ...
NIMBA UFASHIJWE , Dufashe mukore partage muyisangize nabandi ngo bakire ivyabo biciye muriyo ntahe ...
SUBSCRIBE , COMMENTAIRE NA LIKE vyawe ni ivy'igiciro cane mu bwami...
KRISTO YESU ADUHEZAGIRANE NAMWE 🙌🙌🙌🙌🙌🙌
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: