BA MASO! MBERE YO KUVUGANGO "EGO"BANZA UMENYE IBI.../Past Desire H.(UVYIBAZA KWIKI?)
Автор: Iriba ryiza
Загружено: 2026-01-22
Просмотров: 613
Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. Yesu abahe umugisha #Iribaryiza #61053102 #love #compassion #humanity #christianity
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: