Umushikiranganji w'ikigega ca Reta yerekanye ubusuma bukorwa muri ANAGESA aterwa ubwoba bwokwicwa
Автор: Runyinya TV
Загружено: 2025-12-28
Просмотров: 5434
💰Alain Ndikumana, umushikiranganji w'ikigega ca Reta ntatahura ingene umushikiranganji w'uburimyi mugenziwe ashobora gusinyishwa kugura imifuko iciye imiliyaridi 11, ubushikiranganji bw'ikigega ca reta atabwo bizi. Yabisiguye igihe aheruka kuba umutumire mu nama nshingamateka, kuri uwu wa 24 kigarama. Naho nyene ngo yabisinyishijwe akiva kurahira! yongeye kwerekana ubusuma buri muri ANAGESA kandi imbere y'Inama Nkenguzamateka.
🙏 Pliz dukurikire kuri Runyinya TV:
📘 Facebook: / runyinyatv
🐦 X / Twitter: https://x.com/RunyinyaTV
🎵 TikTok: / runyinyatv
▶️ YouTube: Runyinya Tv
Ku makuru yizewe kandi agezweho. Murakoze cane ku kudushigikira!
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: