Abashitsi bo muri Hollande bagendeye ishirahamwe KIGEGA ryo kudandarizamwo ivyahinguwe n'Abarundi
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2026-01-16
Просмотров: 1344
Abashitsi bavuye mu gihugu ca #Hollande bagendeye ishirahamwe #KIGEGA ryo kudandarizamwo ivyahinguwe n'urwaruka rw'abarundi (Made in Burundi) kuri uyu wa kane igenekerezo rya 15 Nzero 2026 mu gisagara ca #Bujumbura ahahoze #Palais des arts. Aho naho hari mu ntumbero yo kwirabira ibikorwa mvabwenge vy'urwaruka rufashwa na #Paeej bidandarizwa muri ico kibanza.
#Burundi
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: