Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
dTub
Скачать

INTORE NTINDI FULL MOVIE

Автор: BMT Buja

Загружено: 2023-10-06

Просмотров: 959615

Описание:

•Burundian Movies and Talents (BMT mumpfunyapfunyo) niwo watunganije iresi INTORE NTINDI
Intumbero yambere yiyi reresi ni yoguhimiriza abantu bafise ubushobozi baba m’uburundi no mumahanga kugarukira kubwoko bwab'asangwabutaka bomuntara zose zigize igihugu cacu,na cane cane kubaronsa ubuhinga n’ubumenyi vyofasha guhingura neza ibijanye nimyuga yabo kavukire.

•Iyi rersi ihimiriza abanyamitahe ni gihugu cacu eka nababa hanze yigihugu kugarukira kubuhinga no kwiterambere ryabasangwabutaka. kandi ko bakwiye kubaronsa abahinga bashoboye kubungura ubwenge noguteza imbere izo mpano kugira

•Igice ca mbere c’iyi reresi kirangira twerekanye uburyo hotorwa umuti mwiterambere ryabasangwa butaka hifashishijwe impano bafise.

•Igice ca kabiri c’iyi reresi naco gihagaze kungo nimiryango aho ushobora gusanga ingo nyishi zisambuka kubara akantu gato kandi abantu bakunze kwita ibisanzwe. Akokabazo karakura kakavyara ibindi bibazo bikomeye bikaviramwo gusambuka kwingo.

•Abubakanye bari bakwiye kwama basuzuma utugorane duto duto bakaturwanya bakitubona kugira bikingire, bongere bakingire ingo zabo.

•Dufise icizere gikomeye cuko iyi reresi izoshika kure .

twitezeko hazoba ihinduka rikomeye mwiterambere ry’imiryango yabatwa. No guhinduka kwimiryango isanzwe ifise ibibazo bisa nivyo twashoboye kwigisha muriyi reresi.

FILM:INTÕRE NTĪNDI
DIRECTED:Amédée MANIRAKIZA
ASS:DIERECTED: Fiston HARAGIRAMUNGU
CAMERA:XRAY BAMU
EDITOR:NIJI PRO
PRODUCER:Amédée MANIRAKIZA
Contact: Email:bmtarcal@gmail.com
Facebook:BMT Buja
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874

INTORE NTINDI FULL MOVIE

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео mp4

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио mp3

Похожие видео

INTORE NTINDI S02 full movie

INTORE NTINDI S02 full movie

ШОК-ОТКРЫТИЕ АВИЦЕННЫ: Этот ОВОЩ СПАСЕТ ВАШИ НОГИ! Результат за неделю!

ШОК-ОТКРЫТИЕ АВИЦЕННЫ: Этот ОВОЩ СПАСЕТ ВАШИ НОГИ! Результат за неделю!

TOKAMANYA full movie

TOKAMANYA full movie

UMURUNDIKAZI USHAKA MBONYI CYANE😭ALVELLA YADUTUNGUYE|GUFATWA KUNGUFU yavuzweho i Burundi|TWAGANIRIYE

UMURUNDIKAZI USHAKA MBONYI CYANE😭ALVELLA YADUTUNGUYE|GUFATWA KUNGUFU yavuzweho i Burundi|TWAGANIRIYE

INTORE NTINDI S3 Full Movie

INTORE NTINDI S3 Full Movie

INKURU Y'INKUBA  FULL Movie

INKURU Y'INKUBA FULL Movie

GUTUMA IMBWA,,🤣😂😂😂 Binwa bamuhaye amafranga yogusuma ibifungugwa none ayasororeye indaya 🤣🤣🤣🤣.

GUTUMA IMBWA,,🤣😂😂😂 Binwa bamuhaye amafranga yogusuma ibifungugwa none ayasororeye indaya 🤣🤣🤣🤣.

ICATUMYE AHAGARIKA GUKINA CINEMA 😭😭 // ALVELLA MUHIMBARE  ATUBWIYE UKO UMUSORE AKUNDA AMEZE

ICATUMYE AHAGARIKA GUKINA CINEMA 😭😭 // ALVELLA MUHIMBARE ATUBWIYE UKO UMUSORE AKUNDA AMEZE

JESUS (Kirundi) 🎬

JESUS (Kirundi) 🎬

IBICE BITWENZA VYA NAHIMANA ADRIENNE WO MURI NINDE PART 1

IBICE BITWENZA VYA NAHIMANA ADRIENNE WO MURI NINDE PART 1

Гусирамура Афанде: ВОЕННАЯ ЛЮБОВЬ (серия 27)

Гусирамура Афанде: ВОЕННАЯ ЛЮБОВЬ (серия 27)

IMVA YA MWIHORO PART 1

IMVA YA MWIHORO PART 1

Ntawagusimbura Full Film Nyarwanda 2023 #0780503525 #new #citymaid #nana #rwanda

Ntawagusimbura Full Film Nyarwanda 2023 #0780503525 #new #citymaid #nana #rwanda

UMWANSI BURUNDIAN FULL MOVIE BY SABBASGOSPELFILMS  irabire iri bara Mukama.

UMWANSI BURUNDIAN FULL MOVIE BY SABBASGOSPELFILMS irabire iri bara Mukama.

Igiti ntikigukora mu jisho kabiri

Igiti ntikigukora mu jisho kabiri "

Alvella MUHIMBARE Arijije😭MIMI MIREILLE Kumpano Amigabiye/Agabiwe iPhone 15/Akorewe Ibitangaza Gusa.

Alvella MUHIMBARE Arijije😭MIMI MIREILLE Kumpano Amigabiye/Agabiwe iPhone 15/Akorewe Ibitangaza Gusa.

INAMA Film 𝙁𝙐𝙇𝙇 𝙈𝙊𝙑𝙄𝙀 𝙊𝙧𝙞𝙜𝙞𝙣𝙖𝙡 𝘽𝙪𝙧𝙪𝙣𝙙𝙞𝙖𝙣 𝙢𝙤𝙫𝙞𝙚,𝙀𝙖𝙨𝙩 𝘼𝙛𝙧𝙞𝙘𝙖𝙣 𝙈𝙤𝙫𝙞𝙚(1080𝐅𝐇𝐃)

INAMA Film 𝙁𝙐𝙇𝙇 𝙈𝙊𝙑𝙄𝙀 𝙊𝙧𝙞𝙜𝙞𝙣𝙖𝙡 𝘽𝙪𝙧𝙪𝙣𝙙𝙞𝙖𝙣 𝙢𝙤𝙫𝙞𝙚,𝙀𝙖𝙨𝙩 𝘼𝙛𝙧𝙞𝙘𝙖𝙣 𝙈𝙤𝙫𝙞𝙚(1080𝐅𝐇𝐃)

ISUGI;kuki abakobwa bubu baja kubaka izabo batakiri isugi

ISUGI;kuki abakobwa bubu baja kubaka izabo batakiri isugi

Cisha Ado amaramajwe n'Umugore wiwe kuko akubaguye Mutima nabandi Umusi w'Urubatizo rwabo

Cisha Ado amaramajwe n'Umugore wiwe kuko akubaguye Mutima nabandi Umusi w'Urubatizo rwabo

IHURIZO RY AMAKUBA FINAL PART 22

IHURIZO RY AMAKUBA FINAL PART 22

© 2025 dtub. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: infodtube@gmail.com