Uruhara rw’abakozi b’iperereza n’Imbonerakure mu bwicanyi bwo ku wa 11 na 12 Kigarama 2015
Автор: Tele Renaissance
Загружено: 2024-12-12
Просмотров: 26482
Ubwicanyi bwabaye ku magenekerezo ya 11 na 12 Kigarama 2015, ngo bwakozwe na bamwe mu bakozi b’iperereza bafatikanije n’Imbonerakure bari bahawe itegeko ryo kwica zina Mututsi wese n’abatavuga rumwe n’ubutegetsi bo mu ma karitiye yagize imyiyerekano yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umuhisi président Nkurunziza. Umwe mu bakoze ubwo bwicanyi aravyemanga, akavuga ko hari n’ababikoze kugira bacungure agatwe kabo. Avuga kandi ko ababuze ababo benshi batanashoboye kubona ibiziga vy’ababo kiretse abazwi neza mu mugambwe CNDD FDD.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: