Inama ya komite nkuru y'umugambwe CNDD-FDD irakoranye i Ngozi kuva kuri uyu wa mbere
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2024-04-22
Просмотров: 21077
#Burundi Umugambwe Cndd-Fdd wakoranije mu nama y'imisi ibiri abagize komite nkuru y'uwo mugambwe. Nkuko bishikirizwa n'umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye, muri iyo nama ibera i Ngozi, ngo ni akaryo kuri uwo mugambwe ko kwirimbura kugira barabe aho bagejeje ikivi mu kurangura ivyo bemereye abarundi, mu rugendo rugana ku mbonakazoza yo muri 2040 hamwe na 2060.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: