🇧🇮 Ese Aha hantu uburundi Bwahageze Gute? Inyishu ya Faustin Ndikumana wa PARCEM
Автор: Semerera
Загружено: 2025-11-17
Просмотров: 2131
Ni ikibazo gikomeye giteye ubwoba abantu bose bakunda igihugu. Uburundi bwahuye n'ibibazo vy’ubukene, ruswa, kudeta, amacakubiri, inzara, izo ni ingaruka z’imyaka myinshi y’ubutegetsi butabazwa.
Uyu musi turaraba ukuntu igihugu cashitse aha: ubutegetsi bwagumije igihugu mu kwijinkira mu bukene, ishusho mbi hanze, ubusuma n’ugutwarwa n’ubwoba. Ariko kandi turaraba n’ingaruka z’iki gihe ku rubyiruko, ku bukungu, ku mibereho, be n’ukuntu igihugu gishobora gusubira mu nzira nziza.
Ni iki kihari? Ni nde afise uruhara? Hazoba umuti w’yo ngorane?
Hashtags: #Uburundi #Amajambere #Ubukene #PolitikiYuburundi #Igihugu #YouthBurundi #BurundiReality
🇬🇧 ENGLISH
“How Did Burundi End Up Here?”
This video breaks down the painful, complicated journey that brought Burundi to where it is today. From decades of corruption, political repression, poverty, economic collapse, failing institutions, and a generation growing up without opportunities — we analyse the real causes behind the country’s current crisis.
We explore political decisions, social decay, leadership failures, and the heavy effects on ordinary citizens. Most importantly, we ask: What happens next? Is there hope? Can Burundi still rise again?
A brutally honest look at reality — for everyone who cares about the future of Burundi.
Hashtags: #Burundi #AfricanPolitics #BurundiCrisis #BurundiYouth #EastAfrica #BurundiTruth #BurundiFuture
🇫🇷 FRENCH
“Comment le Burundi en est-il arrivé là ?”
Cette vidéo analyse en profondeur le chemin douloureux et complexe qui a conduit le Burundi à sa situation actuelle : corruption généralisée, pauvreté extrême, répression politique, institutions affaiblies, économie effondrée, et une jeunesse sans perspectives.
Nous expliquons les causes réelles, les responsabilités, les erreurs de leadership, ainsi que les conséquences sociales et économiques.
Et surtout, nous posons la grande question : le Burundi peut-il encore se relever ? Où allons-nous ?
Une analyse honnête, nécessaire et urgente pour tous ceux qui s’inquiètent de l’avenir du pays.
Hashtags: #Burundi #PolitiqueAfricaine #CriseBurundi #JeunesseBurundaise #AfriqueDeLEst #AvenirBurundi #RéalitéBurundi
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: