🔴Umukinyi w’amareresi Cadeau Ravelle: "Harivyo dukina dutanga inyigisho, ariko hariho abatadutahura»
Автор: AKEZA TV
Загружено: 2024-04-13
Просмотров: 883
Nukuri mu kazi dukora ko gukina amareresi, harivyo dukina dutanga inyigisho. Ariko hariho abatadutahura». Ivyo bishikirizwa n’umukinyi w’amareresi Kagisye Arnicia Cadeau Ravelle. Nimumwumvirize !!
#lesbeautesdecheznous #akezanet #music #Burundi
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: