BMBC BURUNDI CONSTRUCTION ARCHITECTURE
#Burundi Architecture
#Burundi Construction company
#Burundi real estate
#Burundidiaspora
KIRAZIRA KUBAHO MU BUZIMA BW'ABANDI
Ba mwitonda mu kuresha, kirazira guhubuka.
Kwubaka birashobora gutuma utera imbere muvyo uzojamwo
Iterambere ni intambara. Iterambere risaba kwiyanka
Mwitondere #abagore .
KUKI MUTEMERA NGO NDABIGISHE IVY’ITERAMBERE, BA MWICARA MWIGE.
Gukota bureau, Kwubaka entreprise biragoye, Hari amabanga menshi tubahisha.
#Diasporacity #Miroir 1 #kwinjiraamazu.
TWEBWE DUKORESHA INTERNET KUGIRA TWINJIZE AMADOLLAR.
Menya gutandukanya INDOTO hamwe n' IMIGAMBI.
Kirazira gufyina n'akazi.
#diasporacity Aba #clients baronkejwe ama #Titres de propriété y'amazu yabo.
Musitanteri wa Mutimbuzi yagendeye umugambi wa #Diaspora City Gahahe.
NI GUTE IBINDI BIHUGU BISHIKA KW'ITERAMBERE.
BMBC 2024 Rétro ( Kirundi). Ivyo twaranguye muri 2024
kurikirana ukuntu abagwizatunga Bashobora kugirira vacance iwabo batiriwe baraja mu mahanga.
Ibanga mutamenye ku vyerekeye Diaspora City , wa mugambi wo kwubaka amazu adasanzwe agurishwa
Intahe(temoignages, testimonies) za bamwe mubo BMBC imaze kwubakira amazu.
Inyuma y'igihe uyu mugambi uriko uratunganywa n'ishirahamwe BMBC.
BMBC IBIGENZA GUTE KUGIRA IGURISHE AMAZU KU BARUNDI BABA MU MAHANGA
NGAGARA TWAGEZE IWANYU.
INTAHE Z'ABAKOZI BAKERA BA BMBC.
Intahe idasanzwe, "Narimaze imyaka 40 ntagira inzu mu gihugu c'amavukiro, ....."
#BMBC mu #Rumonge iwanyu.
Kuki mwigana n'umushinwa mwamara guheza amashure we akaja gutwara indege nawe ukaja kuragira impene
#URUGENDO RWO GUSUZUMA AMA #CHANTIE MURI QUARTIER #DIASPORACITY 1, 2
Muri diaspora si mw'ijuru.
ABATEGETSI N'ABARWIZATUNGA BIGISHA ABANA I BURAYA NIBO BATUMA IGIHU KIDATERA IMBERE.
NIMBA UDAKUNDANA NTUSHOBORA GUTERA IMBERE.