BMBC IBIGENZA GUTE KUGIRA IGURISHE AMAZU KU BARUNDI BABA MU MAHANGA
Автор: BMBC BURUNDI CONSTRUCTION ARCHITECTURE
Загружено: 2025-10-09
Просмотров: 49
#BMBC turi ku kivi ntaco tutokora ku bwanyu.
BMBC ikora ibijanye no kwubakira amazu abarundi baba mu Burundi canke bakorera mu mahanga #Burundidiaspora kuva mu mwaka wa 2012.
Murashobora kuvugana nabo mu bijanye na Architecture na Construction kuri contacts zikurikira:
-Email: [email protected]
-Whatsapp: +25779500227
-Youtube:BMBCburundi
-Siteweb:bmbc.bi
Mukoranye na BMBC muba mushigikiye imiryango myinshi y’Abarundi basanzwe bakora muri iryo shirahamwe.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: