Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yahaye umubonano uwuserukira igihugu ca Chine mu Burundi
Автор: HI TV
Загружено: 2025-11-17
Просмотров: 58
Ku wa 17 Munyonyo 2025,umukuru w’igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yahaye umubonano uwuserukira igihugu c’ubushinwa mu Burundi Zhao Jing Ping.Intumbero y'uwo mubonano, nk'uko bivurwa n’icegera c’umuvugizi w’Umukuru w’igihugu Sébatien Ntahongendera, uwo mushitsi yaraje kumusezera kuko ikiringo ciwe carangiye.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: