“Ubutunzi bw’Uburundi: Ubutare bwinshi bushobora gute guhindura ifaranga ry’igihugu?”
Автор: LIGHT KING MEDIA
Загружено: 2025-10-21
Просмотров: 507
Uburundi buri mu bihugu bifise ubutare bwinshi cane ku isi. Abahinga bavuga ko ubwo butare bushobora guteza imbere ubukungu, bigatuma amafaranga y’agaciro yiyongera, ndetse ifaranga ry’Uburundi rikarushiriza kugira agaciro imbere y’idorari. Muri iyi vidéo turiga ingene ubwo butunzi bwacu bushobora guhindura ejo hazaza h’igihugu cacu.
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: