Bigenda gute ishirahamwe riropora ryiharize uruzi ari rimwe? REGIDESO ikorana gute n'inzego ntonto?
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2026-01-15
Просмотров: 222
Ku kibazo c'uko hari aho usanga uruzi rumwe canke zibiri ziharijwe na koperative imwe, uwari yaserukiye ubushikiranganji bw'ubutare n'agataka mu nama yari yatunganijwe n'umushikiranganji wa mbere wa Reta y'Uburundi Ntahontuye, yari yahuje abarongoye Intara, ama komine hamwe n'abarongoye ibisata bitandukanye muma komine kuri uyu wa 14 nzero umwaka w' 2026 i Bujumbura, yarishuye kuri ico kibazo, yongera arishura kandi no kibazo c'ukungene #REGIDESO ikorana n'inzego ntonto. #Burundi
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: