Amabanki yiyemeje kwongereza ingurane aha abakorera mu bisata vy'uburimyi, ubutare n'amahinguriro.
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2025-12-18
Просмотров: 4011
#Burundi Hasozerewe indwi yahariwe amabanki muri uyu mwaka wa 2025. Ni mu gihe hari hamaze imisi hatunganywa ibiganiro bitandukanye vyerekana uruhara rw'amabanki mw'iterambere ry'igihugu. Kubwa Nsabimana Salomon umwigisha muri Kaminuza y'Uburundi, mu gisata c'ubutunzi yanatanze n'icigwa, ngo harabaye akarusho mu gutanga ingurane yunguka mu bisata bimwe bimwe harimwo ic'uburimyi. Abarongoye amabanki bakaba bemeranije ko bagiye kwongereza ingurane bahereza abakorera mu gisata c'uburimyi, ubutare n'amahinguriro. #ABEF
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: