Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
dTub
Скачать

Ijambo SG/CNDD-FDD ashikirije, inyuma y'imyaka itatu iheze ashinzwe amabanga

Автор: Cndd-Fdd - TV

Загружено: 2019-08-22

Просмотров: 13356

Описание:

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 20 /8/2019, umugambwe CNDD-FDD wari uramutse uhimbaza imyaka ine iheze usubiriye kwizerwa ngo urongore igihugu c’Uburundi, n’imyaka itatu iheze Ubuserukizi bukuru burongoye umugambwe ubu bushizweho. Mu gihe hasigaye igihe gito ngo amatora asubire kuba mu Burundi, Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD Gnl Maj Evariste Ndayishimiye, arashima imigenderanire iri hagati y’abarongoye imigambwe, ndeste imigambwe ishika 19 ikaba yari yaserukiwe muri ivyo birori vyabere mu ngoro nkuru ya CNDD-FDD iri mu Ngagara mu Gisagara ca Bujumbura. Abo baserukiye iyo migambwe n’abakuru b’imugambwe nka RPP Nturenganywe, FROLINA, UPRONA, SAHWANYA FRODEBU, FNL, RADEBU, RANAC, UPD Zigamibanga, PMP, MSP Inkinzo, APDR, SANGWE PADR na PALIPE AGAKIZA, Umunyamabanga mukuru w’Umugambwe CNL, intumwa z’imigambwe KAZE FDD na ADR
Umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD akabona ko ari ikimenyetso kitabesha, cerekana ko amatora ategekanijwe mu mwaka w’2020 azoba abenegihugu batekanye : « Ni ubwambere mu Burundi hateguwe amatora imigambwe iriko irasenyera ku mugozi umwe, abarundi bariko barahunguka, mugihe ayandi matora yategurwa abarundi bariko barahunga. »

Ijambo SG/CNDD-FDD ashikirije, inyuma y'imyaka itatu iheze ashinzwe amabanga

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео mp4

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио mp3

Похожие видео

😮Путин в ОТЧАЯНИИ из-за ПОЛНОГО ПРОВАЛА! На РФ ТОТАЛЬНАЯ КАТАСТРОФА из-за

😮Путин в ОТЧАЯНИИ из-за ПОЛНОГО ПРОВАЛА! На РФ ТОТАЛЬНАЯ КАТАСТРОФА из-за "СВО". ГОРДОН, ЦИМБАЛЮК

⚡️ЖДАНОВ: СРОЧНО! Разведка США ВЫШЛА с СЕНСАЦИОННЫМ заявлением. СЛИЛИ инсайд из Кремля

⚡️ЖДАНОВ: СРОЧНО! Разведка США ВЫШЛА с СЕНСАЦИОННЫМ заявлением. СЛИЛИ инсайд из Кремля

IKI GICUKU LE 02/01/2026 FDNB/FARDC IFASHE AKANDI GACE HAFI YA UVIRA UMUTEKANO URAKOMEJE KURI ARC

IKI GICUKU LE 02/01/2026 FDNB/FARDC IFASHE AKANDI GACE HAFI YA UVIRA UMUTEKANO URAKOMEJE KURI ARC

IRI JORO PEREZIDA NEVA YIRUKANYE GEN. PRIME NA GEN.HABARUREMA? KUBERA INTAMBARA YA UVIRA

IRI JORO PEREZIDA NEVA YIRUKANYE GEN. PRIME NA GEN.HABARUREMA? KUBERA INTAMBARA YA UVIRA

⚡️ Кремль выставили на ПОСМЕШИЩЕ – командир РДК ЖИВ | Оперативные новости. Вечер

⚡️ Кремль выставили на ПОСМЕШИЩЕ – командир РДК ЖИВ | Оперативные новости. Вечер

МЕСТЬ ЗА ОДЕССУ НАЧАЛАСЬ! Европа стягивает войска к границам РФ: Украина получит ВСЕ — ШОК В КРЕМЛЕ!

МЕСТЬ ЗА ОДЕССУ НАЧАЛАСЬ! Европа стягивает войска к границам РФ: Украина получит ВСЕ — ШОК В КРЕМЛЕ!

"Nk'indongozi, ntidushaka ko abadushize imbere bicuza." Nyeniteka Reveriyano Ndikuriyo

Victoire! Waache waseme chama chetu (CNDD-FDD) kina wenyewe

Victoire! Waache waseme chama chetu (CNDD-FDD) kina wenyewe

TANZANIA MU NTAMBARA YIRUKANISHIJE INGABO MURI MAKOBORA

TANZANIA MU NTAMBARA YIRUKANISHIJE INGABO MURI MAKOBORA

Jak witają 2026 w Moskwie i jak przypadkowo spotkałem Polaków #Moskwa #Rosja

Jak witają 2026 w Moskwie i jak przypadkowo spotkałem Polaków #Moskwa #Rosja

Если у тебя спросили «Как твои дела?» — НЕ ГОВОРИ! Ты теряешь свою силу | Еврейская мудрость

Если у тебя спросили «Как твои дела?» — НЕ ГОВОРИ! Ты теряешь свою силу | Еврейская мудрость

🔥Не выдержал ДАЖЕ ГИРКИН! Путина порвали после встречи с генералами, ПОНТЫ НЕ СРАБОТАЛИ - НАКИ

🔥Не выдержал ДАЖЕ ГИРКИН! Путина порвали после встречи с генералами, ПОНТЫ НЕ СРАБОТАЛИ - НАКИ

Conférence de presse animée par Très Hon. Révérien NDIKURIYO, Secrétaire général du Parti CNDD-FDD.

Conférence de presse animée par Très Hon. Révérien NDIKURIYO, Secrétaire général du Parti CNDD-FDD.

⭕️ Москва не должна существовать! КОМАНДИР РДК ЖИВ! Интервью с Капустиным @DIFFERENT_PEOPLE

⭕️ Москва не должна существовать! КОМАНДИР РДК ЖИВ! Интервью с Капустиным @DIFFERENT_PEOPLE

Abagumyabanga Tugatambuka by Club abuzukuru ba samuragwa @cndd-fdd-tv4097@njutujedeofficial2998

Abagumyabanga Tugatambuka by Club abuzukuru ba samuragwa @cndd-fdd-tv4097@njutujedeofficial2998

Czy Trump był agentem Kremla? Kulisy relacji z Rosją | Godzina z Jackiem #191

Czy Trump był agentem Kremla? Kulisy relacji z Rosją | Godzina z Jackiem #191

Czy prezydent Nawrocki zatrzyma ciągnący nas na dno rząd Tuska? | Miłosz Kłeczek Zaprasza

Czy prezydent Nawrocki zatrzyma ciągnący nas na dno rząd Tuska? | Miłosz Kłeczek Zaprasza

🔥Ультиматум Украины сработал! Трамп МЕНЯЕТ ВСЁ! Дикая РЕАКЦИЯ Кремля! ВСЁ ПЕРЕВЕРНУЛОСЬ – НАКИ

🔥Ультиматум Украины сработал! Трамп МЕНЯЕТ ВСЁ! Дикая РЕАКЦИЯ Кремля! ВСЁ ПЕРЕВЕРНУЛОСЬ – НАКИ

LIVE🚨BRUCE MELODIE yanditse amateka  muri BK ARENA🔥Amatara arazimye induru ziravuga😳THE BEN Abijemo

LIVE🚨BRUCE MELODIE yanditse amateka muri BK ARENA🔥Amatara arazimye induru ziravuga😳THE BEN Abijemo

🔥 Капустин ЖИВ!

🔥 Капустин ЖИВ! "Смерть" командира РДК – ИНСЦЕНИРОВКА ГУР

© 2025 dtub. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]