Harya wibaza ko mu Burundi ibijanye n'utuzu twa surwumwe vyifashe gute ?
Автор: Iris News
Загружено: 2025-11-19
Просмотров: 4
Mu misi umuntu abaho, muri rusangi, iyigera ku 813 ni kuvuga imyaka ibiri irenga gato, ayimara ari muri toilette. Wavyumvinse neza, imisi 813 ni kuvuga imyaka ibiri umuntu ayimara ata kindi gikorwa ariko agakora atari kwihagarika canke kwituma !
Ubwo ni ubushakashatsi bw’abahinga bo mu kigo gikomeye cane kiraba ivy’ubuzu bwa surwumwe kw’isi “World Toilet Organisation”
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: