PARCEM yavuze ivyihutirwa muri 2026 kugira ubutunzi buduge: Kwugurura imipaka, kwugwanya igiturire..
Автор: Iris News
Загружено: 2026-01-20
Просмотров: 114
Mw'ishirahamwe PARCEM bavugako hakwiye umugwi ujejwe gukurikirana ingene ibikorwa vya Reta biriko birakorwa, ukagira amatohoza n'umwihwezo.
Faustin Ndikumana arongoye iryo shirahamwe ati : "Ibiriko biraba ni ryari baradushiriraho umugwi w'amatohoza, batohoze bati ivyononekaye ni ibi ?"
Atanga akarorero ku ma zone aheruka kwubakwa mu gihugu.
#Burundi #Ubutunzi #IrisNews
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: