Yari Asigaye Ari nk’Amagufa… Ariko Isengesho Ryamugaruye mu Buzima!
Автор: Pastor Nitezuwera Justin
Загружено: 2026-01-12
Просмотров: 63
🌟 NTAHE — Imana Yankirije Umwana Wanje
Ndashima cane Imana, kuko yankirije umwana wanje mu bihe vyari bigoye cane. Umwana yari yaronze cane, asigaye asa n’amagufa, ata nguvu, ata cizere co kubaho.
Ariko Imana ntiyadutereranye.
Biciye ku Pastor Justin Nitezuwera, Imana yamuhishuriye ikibazo c’umwana, aca aramusengera n’ukwizera.
👉 Ku bw’ububasha bw’Imana:
– umwana yarasubiranye intege,
– ubuzima bwiwe bwaragarutse,
– ubu ni muzima, kandi turiko turashima Imana.
Iyi ni ntahe yerekana ko Imana ibona ibitabonwa n’abantu, igakiza n’aho abantu bavuga ko vyarangiye.
🙏 Nimba nawe ufise umwana canke uwo ukunda arwaye cane, ntuhebe — Imana irashobora kugukorera nk’ibi.
👍 SUBSCRIBE — LIKE — COMMENT — SHARE
Sangiza kugira n’abandi bafashwe.
MWARA HEZAGIWE 🙏❤️
#Intahe
#ImanaIrakiza
#Ukukizwa
#Amasengesho
#PastorJustinNitezuwera
#Kwizera
#ChristianTestimony
#Healing
#ImanaIrakora
#Faith
@poweroftheword2505
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: