Le Mensonge De l’Amour Ep4
Автор: Inside Burundi TV
Загружено: 2026-01-15
Просмотров: 246
Mu Episode ya 4, inkuru irakomera cane 😔🔥
Dodo baramureze ku bavyeyi biwe bavuga ko azana abahungu mu nzu. Ivyo vyatumye bavyeyi biwe bamukubita cane, umutima wiwe urababara ariko aguma ahagarara ku kuri kwiwe.
BM we aje yaborewe, ariko abantu batangura kwibaza aho ayo mafaranga yose ayakuye 🤔💰. Amabanga aratanguye kumenyekana buhorobuhoro.
Hagati aho, Mwarabu araronse umukunzi, ivy’urukundo bitangura guhindura ubuzima bwiwe ❤️.
Ni episode yuzuyemwo intimba, amabanga n’ihinduka rikomeye mu buzima bw’abakinnyi. Ntuyicikwe! 🎬🔥
#LeMensongeDeLamour
#Episode4
#FilmAfricain
#SeriesBurundaise
#Drama
#AmourEtMensonge
#VieDeFamille
#Dodo
#BM
#Mwarabu
#FilmEnCours
#ActingLife
#HistoireTouchante
#CinemaAfricain
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео mp4
-
Информация по загрузке: